Vital'o FC: Ihangiro Si Primus Ligue
Vital’o FC: Ihangiro Si Primus Ligue
“Source: WhatsApp Group” Amakuru dukesha umugwi wa Vital’o avuga ko uyo mugwi utagifise ihigiro ryo gutwara igikombe ca Primus Ligue c’uyu mwaka w’inkizo za FFB mu Burundi. Ivyo bivurwa na Jean Gilbert Kanyenkoko, Umumenyereza w’umugwi wa Vital’o FC, akaba yashikirije ivyo kuruyu wa gatatu inyuma yo kunganya ubusa ku bundi (0-0) n’umugwi wa LLBS4A mu ndwi ya 21 ya Primus Ligue k’urukino rwabereye…
View On WordPress












