#VOA: Ihimbazwa ry'Umusi Mpuzamakungu Wahariwe Impunzi i Musasa
#VOA: Ihimbazwa ry’Umusi Mpuzamakungu Wahariwe Impunzi i Musasa
[ad_1] Mu gihe amakungu yahimbaje ku musi wa kabiri, umusi wahariwe impunzi, uwuserukira ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho impunzi, HCR mu Burundi avuga kw’ibikorwa vy’ukuronderera impunzi gucumbikirwa mu bindi bihugu vyagabanutse. Asigura ko Reta Zunze Ubumwe z’Amerika zagabanije abo zakira kuva Perezida Obama asubiriwe ku butegetsi. Mu birori vyo guhimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe impunzi,…
View On WordPress















