#VOA: Intureka Hagati y'Abanyepalestina n'Abanyisrayeli
#VOA: Intureka Hagati y’Abanyepalestina n’Abanyisrayeli
[ad_1] Igipolisi ca Israyeli catangaje ko carashe umunyepalestina, kur’uyu wa gatandatu, inyuma y’aho asogoteye imbugita abantu batatu mu gisagara ca Yerusalemu. Ivyo vyakurikiwe n’urwamo rw’amasasu, bivuye ko abapolisi baciye batana mu mitwe n’abanyepalestina baciye batangura gutera amabuye ku bapolisi. Ico gitero kibaye ica kabiri, inyuma y’icakozwe k’umunsi wa gatatu, n’umugore yacumise…
View On WordPress












