#VOA: Uwundi Mutegetsi mu Gisirikare Yafatiwe Ibihano
#VOA: Uwundi Mutegetsi mu Gisirikare Yafatiwe Ibihano
[ad_1] Reta zunze z’Amerika yafatiye ibihano vy’ubutunzi uwundi mutegetsi mukuru mu gisirikare ca Republika iharanira demokarasi ya Kongo. Jenerali François Olenga, ajejwe urwego rucungera umukuru w’igihugu yagirizwa n’Amerika kubangamira demokarasi mu gihugu mu gushigikira igumizwa rya perezida Joseph Kabila k’ubutegetsi inyuma y’aho ikiringo ciwe nk’umukuru w’igihugu kirangiriye mu kwezi kwa…
View On WordPress











