#VOA: Tanzania Airlines Igiye Gukorera mu Burundi
#VOA: Tanzania Airlines Igiye Gukorera mu Burundi
[ad_1] Isosiyete yâindege yo mu gihugu ca Tanzaniya igiye gutangura gukorera ingendo zayo mu Burundi. Umuyobozi mukuru ajejwe ivyerekeye indege za Reta nâibirere yabwiye ikinyamakuru ca Reta ko guhera mu ntango zâukwezi kuza kwâumunani, indege yambereyâigihugu ca Tanzaniya izotangura kugira ingendo i Bujumbura mu Burundi. Ladislas Matinde avuga ko uwo murongo Dar es salaam-Bujumbura ari akaryoâŠ
View On WordPress







