#VOA: Isango Mkapa Yihaye Yo Kurangirizako Ibiganiro Ntiyubahirijwe
#VOA: Isango Mkapa Yihaye Yo Kurangirizako Ibiganiro Ntiyubahirijwe
[ad_1] Isango umuhuza w’Abarundi yari yihaye ryo kurangirizako ibiganiro bihuza Abarundi ntiryubahirijwe. Benjamin Mkapa yari yatangaje ko ukwezi kwa gatandatu uyumwaka kwari kurangira hamaze kuboneka amasezerano yumvikanyweko na Reta hamwe n’abatavugarumwe nayo, ariko siko vyagenze. Hari mu kwezi kwa kabili uyu mwaka w’2017 aho umuhuza mu matati y’Abarundi yatangaza icese ko ukwezi kwa…
View On WordPress












