#VOA: Ubulaya Bwasabwe Gukura Ibihano Ku Burundi
#VOA: Ubulaya Bwasabwe Gukura Ibihano Ku Burundi
[ad_1] Umukuru w’igihugu c’Ubuganda Yoweri Kaguta Museveni ntaca hirya no hino mu kuvuga kw’ Ubumwe bwa Bulaya busaba ikintu kimwe hamwe n’igihushane caco. Kuri we, Ubumwe bwa Bulaya ntibwofatira ibihano Uburundi, kimwe mu bihugu bigize umuryango wa EAC hama ngo bugaruke bwipfuze kugirana amasezerano y’ubudandaji n’ako karere, mu gihe hari umunywanyi yahanywe. John Pombe Magufuli umukuru…
View On WordPress












