#BBC: Indya zirimwo umwanda zashize abapolisi 200 mu bitaro
#BBC: Indya zirimwo umwanda zashize abapolisi 200 mu bitaro
[ad_1] Uwufise ububasha kw’isanamu Google Image caption Abapolisi batanguye kudahwa no gucibwamwo bamaze gufungura umuceri n’ifi Abajejwe intwaro mu bumanuko bw’Ubuhindi bavuga ko abapolisi amajana abiri bariko baravurwa nyuma yo gufungura indya zanduye kw’ishure ryabo i Kerala. Hari amakuru ava muri iyo ntara avuga ko abarwaye bashobora kuba ari benshi kurusha abo. Abanyeshure b’abapolisi hamwe…
View On WordPress











