#VOA: Mu Burusiya, Batanguye Itohoza kuri Bombe ya St. Peterburg
#VOA: Mu Burusiya, Batanguye Itohoza kuri Bombe ya St. Peterburg
[ad_1] Abajejwe itohoza mu gihugu c’Uburusiya bavuga kw’umwiyahuzi yagize igitero ca bombe cihaye inkumbi ku musi wa mbere mu kibanza ca metro mu gisagara ca St. Petersburg. Ico gitero cabaye mu gihe perezida w’Uburusiya, Vladimir Putin yari yagendeye ico gisagara yavukiyemwo. Abagize urwego rujejwe itohoza rw’Uburusiya batangaza ko batoye ibisigarira vy’umuntu bemera ko yishe abantu 14…
View On WordPress
















