#OlympicStar : iri niryo banga uyu mugwi wakoresheje kugira ngo usezerere Messager Ngozi mu gikombe c’umukuru w’igihugu.
#OlympicStar : iri niryo banga uyu mugwi wakoresheje kugira ngo usezerere Messager Ngozi mu gikombe c’umukuru w’igihugu.
Wilson Kwizera,HM
Uburyohe bwo gusezukira igihugu niryo banga umugwi wa Olympic star wakoreshe kugira ngo usezerere Messager Ngozi mu gice c’umunani gishira icanyuma mu gikombe citiriwe umukuru w’igihugu, ku gitsindo kimwe rukumbi cinjijwe na Slim Saidi.
Murukino rwabereye mu ntara ya Gitega ku kibuga ingoma, mu gice c’umunani gishira icanyuma hagati ya Olympic star yasezereye umugwi wa Messager…
View On WordPress