#Burundi: #Mubimbi Rural muntara ya #Bujumbura ibara ryahatswe kugwa kur'uyu wa gatandatu igenekerezo rya 05/10/2019 hagati y'abapolisi cacungera #Rwasa Agathon umukuru wa #CNL hamwe n'abasanzwe bahacungera umutekano. Ibikorwa vya #CNL bikaba bitoroherejwe. Fyonda kuri j'#aime na #partager mwame muronka amakuru https://www.instagram.com/p/B3QAY0FhtCk/?igshid=17j5dsb8egpzg
Loading...















