Abana Babiri baraye Bapfuye Biturutse ku Mvura Nyinshi Yaguye i Mwaro.
Abana Babiri baraye Bapfuye Biturutse ku Mvura Nyinshi Yaguye i Mwaro.
Abana babiri b’uwitwa Gervais BAKEVYA baraye bitavye Imana biturutse ku mvura nyinshi yaguye mw’ijoro ryo kuruyu wa gatanu k’umutumba wa Bisoro komine Kayokwe y’intara ya Mwaro. Ivyo bishikirizwa na Francois Nkundwa Musitanteri wa komine Kayokwe. Abo bana rero baguweko n’inzu bari baryamyemwo biturutse kuriyo mvura yaguye. Umwe muri abo bana yarafise imyaka indwi uwundi nawe yari afise imyaka…
View On WordPress
















