#VOA: Ubulaya Buvuga Ko Umutekano Udashemeye mu Burundi
#VOA: Ubulaya Buvuga Ko Umutekano Udashemeye mu Burundi
[ad_1] Uwuserukira Ubumwe bwa Bulaya mu Burundi Wolfram Vetter amenyesha ko ubwigenge bwa kiremwa muntu mu Burundi butubahirijwe kandi ko n’umutekano udashemeye mu gihugu. Vetter asaba abegwa n’amatati bose kuja mu biganiro biyobowe na Benjamin Mkapa atakirinze gusabwa. Ariko umushikiranganji w’Uburundi n’ayandi makungu arabibeshuza. Alain Aime Nyamitwe atanga uturorero tw’abaserukira ibihugu…
View On WordPress








