#BBC: Onu isaba Amerika gushigikira amasezerano ya Paris
#BBC: Onu isaba Amerika gushigikira amasezerano ya Paris
[ad_1] Image caption Ibiro bikuru vy’ishirahamwe mpuzamakungu Onu i New York (hagati) Umunyamabanga mukuru wa Onu, Antonio Guterres, yasavye Leta Zunze Ubumwe za Amerika gushigikira amasezerano ya Paris kw’ihindagurika ry’ibihe. Yavuze ayo majambo imbere yuko Prezida Trump ashikiriza ku mugaragaro aho igihugu ciwe gihagaze. Bwana Guterres yabwiye BBC ko naho Amerika yova murayo masezerano, ko…
View On WordPress















