GITEGA: Imisore 3 yari mu modoka ivuye i Bujumbura ija i Gitega yagize isanganya. Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 8 Gitugutu 2021 hafi y' ugwinjiriro rw' igisagara ca Gitega aho imodoka yarimwo imisore 3 ivuye i Bujumbura yagerageza...
GITEGA: Imisore 3 yari mu modoka ivuye i Bujumbura ija i Gitega yagize isanganya. Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 8 Gitugutu 2021 hafi yâ ugwinjiriro rwâ igisagara ca Gitega aho imodoka yarimwo imisore 3 ivuye i Bujumbura yageragezaâŚ
GITEGA: Imisore 3 yari mu modoka ivuye i Bujumbura ija i Gitega yagize isanganya. Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 8 Gitugutu 2021 hafi yâ ugwinjiriro rwâ igisagara ca Gitega aho imodoka yarimwo imisore 3 ivuye i Bujumbura yagerageza gukatira umuntu yariko agenda nâ amaguru buno nyene basanga bagonze uwundi yari kwâ ipikipiki. Bidatevye, umuriro waciye waka kuri ya pikipiki kubera igitoroâŚ
View On WordPress
















